Kuvayo 34:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Na we ati: “Ehe mpfunditse isezerano: Imbere y’abantu bawe bose nzokora ibintu vy’agatangaza bitigeze biremwa mw’isi yose canke mu mahanga yose+. Kandi abo uri hagati bose bazobona koko igikorwa ca Yehova, kuko ari ikintu giteye ubwoba ndiko ndakorana nawe+. Zaburi 72:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hahezagirwe Yehova Imana, ya Mana ya Isirayeli+,We wenyene akora ibikorwa vy’agatangaza+. Zaburi 86:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko uhambaye kandi ukora ivy’akajoreza+;Uri Imana, wewe wenyene+.
10 Na we ati: “Ehe mpfunditse isezerano: Imbere y’abantu bawe bose nzokora ibintu vy’agatangaza bitigeze biremwa mw’isi yose canke mu mahanga yose+. Kandi abo uri hagati bose bazobona koko igikorwa ca Yehova, kuko ari ikintu giteye ubwoba ndiko ndakorana nawe+.