Yosuwa 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko bamuhamba mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-sera+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi. Abacamanza 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bamuhamba rero mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-heresi+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi+.
30 Nuko bamuhamba mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-sera+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi.
9 Bamuhamba rero mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-heresi+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi+.