Yosuwa 19:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Kw’itegeko rya Yehova bamuha igisagara yasavye+, ari co Timunati-sera+, mu karere k’imisozi ka Efurayimu; atangura kwubaka nya gisagara araheza akibamwo. Abacamanza 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bamuhamba rero mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-heresi+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi+.
50 Kw’itegeko rya Yehova bamuha igisagara yasavye+, ari co Timunati-sera+, mu karere k’imisozi ka Efurayimu; atangura kwubaka nya gisagara araheza akibamwo.
9 Bamuhamba rero mu karere k’intoranwa yiwe i Timunati-heresi+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu, mu buraruko bw’umusozi Gayashi+.