ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 21:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mugabo mu gihe umuntu atari yamubundiye kandi Imana y’ukuri ikareka bikaba biciye ku kuboko kwiwe+, nzogushingira rero ahantu ashobora guhungira+.

  • Guharura 35:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Ibi ni vyo bisagara muzoha Abalewi: ibisagara vy’ubuhungiro+ bitandatu, ivyo muzotanga kugira ngo uwishe umuntu ahungireyo+, kandi uretse ivyo, muzotanga n’ibindi bisagara mirongo ine na bibiri.

  • Guharura 35:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ibisagara bitatu muzobitanga hakuno ya Yorodani+, bitatu na vyo mubitange mu gihugu ca Kanani+. Bizoba ibisagara vy’ubuhungiro.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Ico gihe Musa atangura gushira ku ruhande ibisagara bitatu, ku ruhande rwa Yorodani amaja iyo izuba rirasira+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika