Abacamanza 19:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bakeberezayo rero kugira baje kurara i Gibeya. Nuko barinjira, bicara mu kibanza ca bose c’ico gisagara, mugabo ntihaboneka uwubajana mu nzu kugira barareyo+. Abaroma 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Musangire n’aberanda nk’uko ivyo bakeneye biri+. Mukurikire inzira y’ubwakiranyi+. Abaheburayo 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ntimwibagire ubwakiranyi+, kuko bwatumye bamwe baha indaro abamarayika batabizi+. 1 Petero 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mwakirane ata kwidoga+.
15 Bakeberezayo rero kugira baje kurara i Gibeya. Nuko barinjira, bicara mu kibanza ca bose c’ico gisagara, mugabo ntihaboneka uwubajana mu nzu kugira barareyo+.