ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Imbere y’uko baryama, abagabo bo muri ico gisagara, abagabo b’i Sodomu, bakikuza nya nzu+, uhereye ku gahungu ugashika ku mutama, abantu bose mu mugwi umwe+.

  • Abacamanza 20:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko bene amatongo b’i Gibeya barampagurukira, bakikuza inzu mw’ijoro barantera. Ni jewe biyumvira kwica, mugabo incoreke yanje ni yo bashurashuje ku nguvu+, irateba irapfa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika