Abacamanza 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo nya ncoreke yiwe itangura gusambana+, iramuhemukira. Amaherezo iva iwe ija i muhira kwa se i Betelehemu muri Yuda, igumayo amezi ane yuzuye. Abacamanza 19:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yamara nya bagabo ntibashaka kumwumviriza. Ku bw’ivyo, nya mugabo afata incoreke yiwe+, ayisohora aho bari hanze; na bo batangura kuyisambanya+, bamara ijoro ryose bayonona+ gushika mu gitondo, hanyuma bayirungika umutwenzi utambitse.
2 Mugabo nya ncoreke yiwe itangura gusambana+, iramuhemukira. Amaherezo iva iwe ija i muhira kwa se i Betelehemu muri Yuda, igumayo amezi ane yuzuye.
25 Yamara nya bagabo ntibashaka kumwumviriza. Ku bw’ivyo, nya mugabo afata incoreke yiwe+, ayisohora aho bari hanze; na bo batangura kuyisambanya+, bamara ijoro ryose bayonona+ gushika mu gitondo, hanyuma bayirungika umutwenzi utambitse.