ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Umwami wa Ayi akimara kubibona, abagabo bo mu gisagara baca bihutira kuvyuka kare, maze we n’abantu biwe bose basohoka guhura na Isirayeli ngo barwane, ku gihe cashinzwe, imbere y’ikiyaya c’ubugaragwa. Ariko ntiyari azi ko hari abamubundiye inyuma y’igisagara+.

  • Abacamanza 20:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Nuko abagabo ba Isirayeli barahindukira+, maze abagabo ba Benyamini bahagarika umutima+, kuko babona ko ivyago vyari vyabashikiriye+.

  • Imigani 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Inzira y’ababisha imeze nk’umuzimagiza+; ntibazi ico baguma batsitarako+.

  • Imigani 28:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Hahiriwe umuntu yumva ubwoba nantaryo+, mugabo uwukomantaza umutima wiwe azogwa mu vyago+.

  • Imigani 29:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Umuntu akangirwa+ kenshi mugabo agakomantaza izosi+ azovunagurwa giturumbuka, kandi ata gukira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika