Yosuwa 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Bamwe bandi na bo bava mu gisagara ngo baje guhura na bo, ku buryo abagabo b’i Ayi basigara bari hagati ya Isirayeli, bamwe hino abandi hirya, maze barabica gushika n’aho muri bo hatagira uwurokoka canke uwucika kw’icumu+.
22 Bamwe bandi na bo bava mu gisagara ngo baje guhura na bo, ku buryo abagabo b’i Ayi basigara bari hagati ya Isirayeli, bamwe hino abandi hirya, maze barabica gushika n’aho muri bo hatagira uwurokoka canke uwucika kw’icumu+.