Abacamanza 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Buno Yefuta+ Umugileyadi+ yari yarabaye umugabo w’umunyenkomezi kandi w’intwari+, akaba yari umuhungu w’umugore w’umumaraya+, maze Gileyadi avyara Yefuta. Abacamanza 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Bene Benyamini barakoranywa rero kuri uwo musi bavuye mu bisagara, abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu barwanisha inkota+, uretse ababa i Gibeya, abakoranijwemwo abagabo amajana indwi b’abahizi.
11 Buno Yefuta+ Umugileyadi+ yari yarabaye umugabo w’umunyenkomezi kandi w’intwari+, akaba yari umuhungu w’umugore w’umumaraya+, maze Gileyadi avyara Yefuta.
15 Bene Benyamini barakoranywa rero kuri uwo musi bavuye mu bisagara, abagabo ibihumbi mirongo ibiri na bitandatu barwanisha inkota+, uretse ababa i Gibeya, abakoranijwemwo abagabo amajana indwi b’abahizi.