11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+.
32 Mvuge iki kandi? Kuko ata mwanya noronka hamwe nobandanya kuvuga ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+ hamwe na Samweli+ be na ba bahanuzi bandi+,