Abalewi 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+. Zaburi 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+.
6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+.
8 Nzokwiryamira nisinzirire mu mahoro+,Kuko wewe wenyene, ewe Yehova, ari we utuma mbaho mu mutekano+.