Abacamanza 20:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Mugabo abagabo amajana atandatu barahindukira, bahungira mu gahinga ku rutare rwa Rimoni, bamara amezi ane baba kuri urwo rutare rwa Rimoni+. Abacamanza 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ariko mu baba i Yabeshi-gileyadi+ basangamwo abakobwa amajana ane b’isugi+ batigeze bahuza ibitsina n’umugabo mu kuryamana na we. Babazana rero kw’ikambi i Shilo+, ahari mu gihugu ca Kanani.
47 Mugabo abagabo amajana atandatu barahindukira, bahungira mu gahinga ku rutare rwa Rimoni, bamara amezi ane baba kuri urwo rutare rwa Rimoni+.
12 Ariko mu baba i Yabeshi-gileyadi+ basangamwo abakobwa amajana ane b’isugi+ batigeze bahuza ibitsina n’umugabo mu kuryamana na we. Babazana rero kw’ikambi i Shilo+, ahari mu gihugu ca Kanani.