1 Samweli 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo batangura kwibagira Yehova Imana yabo+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kwa Sisera+ umukuru w’ingabo za Hazori no mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kw’umwami wa Mowabu+, maze bano baguma babarwanya.
9 Mugabo batangura kwibagira Yehova Imana yabo+, ku buryo abagurisha+ mu kuboko kwa Sisera+ umukuru w’ingabo za Hazori no mu kuboko kw’Abafilisitiya+ no mu kuboko kw’umwami wa Mowabu+, maze bano baguma babarwanya.