Gusubira mu vyagezwe 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ca Gitandara cakuvyara waracibagiye+,Utangura gufuta Imana mu bwenge, imwe yakwibaruka mu bise+. Abacamanza 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Gutyo baheba Yehova Imana ya ba se yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+, bakurikira izindi mana mu mana z’ibisata vy’abantu vyari irya n’ino yabo+, batangura kuzunamira, ku buryo bababaza Yehova+. Zaburi 106:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Bahumanywa n’ibikorwa vyabo+,Baguma bashurashura biciye ku vyo bakora+.
12 Gutyo baheba Yehova Imana ya ba se yari yarabakuye mu gihugu ca Misiri+, bakurikira izindi mana mu mana z’ibisata vy’abantu vyari irya n’ino yabo+, batangura kuzunamira, ku buryo bababaza Yehova+.