Abacamanza 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu misi ya Shamugari+ mwene Anati,Mu misi ya Yayeli+, iminyuro nta wayicamwo,Abafata ingendo mu mabarabara bajana inzira zizigura+. Abacamanza 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Yayeli+ umugore wa Heberi Umukeni+ azohezagirwa rwose mu bagore,Azohezagirwa rwose mu bagore baba mw’ihema+.
6 Mu misi ya Shamugari+ mwene Anati,Mu misi ya Yayeli+, iminyuro nta wayicamwo,Abafata ingendo mu mabarabara bajana inzira zizigura+.
24 Yayeli+ umugore wa Heberi Umukeni+ azohezagirwa rwose mu bagore,Azohezagirwa rwose mu bagore baba mw’ihema+.