Abacamanza 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Maze atuma ukuboko ku rumambo rw’ihema,Atuma ukuboko kwiwe kw’ukuryo ku mangu y’abakozi bakora cane+.Ahondesha inyundo Sisera, amutobekeranya umutwe+,Amena imisaya yiwe, arayisatura.
26 Maze atuma ukuboko ku rumambo rw’ihema,Atuma ukuboko kwiwe kw’ukuryo ku mangu y’abakozi bakora cane+.Ahondesha inyundo Sisera, amutobekeranya umutwe+,Amena imisaya yiwe, arayisatura.