Abacamanza 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yayeli umugore wa Heberi rero atora urumambo rwa nya hema, hanyuma afata inyundo mu kuboko kwiwe. Maze aja iyo ari yomboka, amushinga nya rumambo mu misaya+, araruhonda rwinjira mw’isi, mu gihe yari asinziriye ubutikoma, yarushe. Nuko arapfa+.
21 Yayeli umugore wa Heberi rero atora urumambo rwa nya hema, hanyuma afata inyundo mu kuboko kwiwe. Maze aja iyo ari yomboka, amushinga nya rumambo mu misaya+, araruhonda rwinjira mw’isi, mu gihe yari asinziriye ubutikoma, yarushe. Nuko arapfa+.