Abacamanza 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Na we avuga ati: “Sinzobura kujana nawe. Ariko ubwiza ntibuzoba ubwawe ku nzira ujanye, kuko mu minwe y’umugore+ ari ho Yehova azogurisha Sisera.” Debora aca arahaguruka, ajana na Baraki i Kedeshi+. Abacamanza 5:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Hagati y’ibirenge vyiwe ni ho yatembagariye, ni ho yaguye, ni ho yarambaraye;Hagati y’ibirenge vyiwe ni ho yatembagariye, ni ho yaguye;Aho yatembagariye ni ho yaguye atsinzwe+.
9 Na we avuga ati: “Sinzobura kujana nawe. Ariko ubwiza ntibuzoba ubwawe ku nzira ujanye, kuko mu minwe y’umugore+ ari ho Yehova azogurisha Sisera.” Debora aca arahaguruka, ajana na Baraki i Kedeshi+.
27 Hagati y’ibirenge vyiwe ni ho yatembagariye, ni ho yaguye, ni ho yarambaraye;Hagati y’ibirenge vyiwe ni ho yatembagariye, ni ho yaguye;Aho yatembagariye ni ho yaguye atsinzwe+.