10 Ku bw’ivyo Yetiro avuga ati: “Hahezagirwe Yehova, uwabarokoye mu kuboko kwa Misiri no mu kuboko kwa Farawo, uwarokoye kandi abantu akabakura munsi y’ukuboko kwa Misiri+.
26 Maze ku musi ugira kane bakoranira mu kiyaya co hasi ca Beraka, kuko ari ho bahezagiriye Yehova+. Ni co catumye aho hantu bahita+ Ikiyaya co Hasi ca Beraka*, gushika uno musi.