ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Bene Isirayeli batangura rero kuririra Yehova+, kuko Yabini yari afise imikogote y’intambara amajana icenda ifise ibikeruzo vy’icuma+, kandi ubwiwe akaba yari amaze imyaka mirongo ibiri ahahaza bene Isirayeli+ bimwe bibi.

  • 1 Samweli 13:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ico gihe nta mucuzi yaboneka mu gihugu cose ca Isirayeli, kuko Abafilisitiya bari baravuze bati: “Kugira ngo Abaheburayo ntibahingure inkota canke icumu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika