Abacamanza 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Atumako rero Baraki+ mwene Abinowamu i Kedeshi-nafutali+, amubwira ati: “Yehova Imana ya Isirayeli ategetse ati: ‘Genda ushware umusozi Tabori+, kandi ujane n’abagabo ibihumbi cumi bo muri bene Nafutali+ no muri bene Zebuloni+. Abaheburayo 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mvuge iki kandi? Kuko ata mwanya noronka hamwe nobandanya kuvuga ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+ hamwe na Samweli+ be na ba bahanuzi bandi+,
6 Atumako rero Baraki+ mwene Abinowamu i Kedeshi-nafutali+, amubwira ati: “Yehova Imana ya Isirayeli ategetse ati: ‘Genda ushware umusozi Tabori+, kandi ujane n’abagabo ibihumbi cumi bo muri bene Nafutali+ no muri bene Zebuloni+.
32 Mvuge iki kandi? Kuko ata mwanya noronka hamwe nobandanya kuvuga ivya Gideyoni+, Baraki+, Samusoni+, Yefuta+, Dawidi+ hamwe na Samweli+ be na ba bahanuzi bandi+,