Itanguriro 30:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+. Itanguriro 35:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Abahungu yavyaye kuri Leya bari: Rubeni imfura ya Yakobo+, na Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Zebuloni. Yosuwa 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi.
20 Maze Leya avuga ati: “Emwe, jewe Imana yangabiye ingabirano nziza. Noneho umugabo wanje azonyihanganira+, kuko namuvyariye abahungu batandatu+.” Amwita rero Zebuloni+.
23 Abahungu yavyaye kuri Leya bari: Rubeni imfura ya Yakobo+, na Simeyoni na Lewi na Yuda na Isakari na Zebuloni.
10 Hanyuma ubupfindo+ bugira gatatu bugirirwa bene Zebuloni+, hakurikijwe imiryango yabo, urubibe rw’intoranwa yabo rukaba rwaragenda gushika i Saridi.