Gusubira mu vyagezwe 28:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ishūri yawe izokererwa ubona, ariko ntuzoyiryako na gatoyi. Indogobwa yawe izokwamburwa ubona, ariko ntizogaruka kuri wewe. Intama yawe izohabwa abansi bawe, ariko nta wuzogukiza+. Gusubira mu vyagezwe 28:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+. Mika 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uzobiba imbuto mugabo ntuzoshwabura. Uzoganisha ibirenge imyelayo, mugabo ntuzokwisiga amavuta; uzogana n’umuvinyu usosa, mugabo ntuzonywa umuvinyu+.
31 Ishūri yawe izokererwa ubona, ariko ntuzoyiryako na gatoyi. Indogobwa yawe izokwamburwa ubona, ariko ntizogaruka kuri wewe. Intama yawe izohabwa abansi bawe, ariko nta wuzogukiza+.
48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.
15 Uzobiba imbuto mugabo ntuzoshwabura. Uzoganisha ibirenge imyelayo, mugabo ntuzokwisiga amavuta; uzogana n’umuvinyu usosa, mugabo ntuzonywa umuvinyu+.