Abacamanza 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze umumarayika wa Yehova+ aduga i Bokimu+ avuye i Gilugali+, avuga ati: “Narabaduganye ndabakuye mu Misiri, ndabazana mu gihugu narahiye ba sokuruza banyu+. Vyongeye, navuze nti: ‘Sinzokwigera ndenga kw’isezerano nagiranye namwe+. Zaburi 78:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Mu nyuma ituma abantu bayo bafata inzira nk’umukuku+,Ibarongōra nk’ubusho mu gahinga+. Zaburi 136:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umwe yakura Isirayeli hagati yabo+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
2 Maze umumarayika wa Yehova+ aduga i Bokimu+ avuye i Gilugali+, avuga ati: “Narabaduganye ndabakuye mu Misiri, ndabazana mu gihugu narahiye ba sokuruza banyu+. Vyongeye, navuze nti: ‘Sinzokwigera ndenga kw’isezerano nagiranye namwe+.
11 Umwe yakura Isirayeli hagati yabo+:Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;