Kuvayo 12:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Hanyuma kuri uwo musi nyene Yehova akura bene Isirayeli mu gihugu ca Misiri kumwe n’ingabo zabo+. 1 Samweli 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Samweli abandanya kubwira abantu ati: “Yehova ni icabona, we yakoresheje Musa na Aroni akaba ari na we yaduganye ba sogokuruza banyu abakuye mu gihugu ca Misiri+. Zaburi 78:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Mu nyuma ituma abantu bayo bafata inzira nk’umukuku+,Ibarongōra nk’ubusho mu gahinga+.
6 Samweli abandanya kubwira abantu ati: “Yehova ni icabona, we yakoresheje Musa na Aroni akaba ari na we yaduganye ba sogokuruza banyu abakuye mu gihugu ca Misiri+.