Kuvayo 6:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Uwo Aroni n’uwo Musa ni bo Yehova yabwiye+ ati: “Kura bene Isirayeli mu gihugu ca Misiri nk’uko ingabo zabo ziri+.” Nehemiya 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Wabamenyesheje isabato+ yawe nyeranda wongera ubategeka amabwirizwa n’ingingo nyobozi n’itegeko biciye kuri Musa umusavyi wawe+. Zaburi 77:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Wayoboye abantu bawe nk’umukuku+,Biciye ku kuboko kwa Musa na Aroni+. Zaburi 105:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Atuma Musa umusavyi wiwe+,Atuma Aroni, uwo yari yaratoye+. Hoseya 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova yaraduganye Isirayeli amukura mu Misiri biciye ku muhanuzi+, kandi yarinzwe biciye ku muhanuzi+. Mika 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.
26 Uwo Aroni n’uwo Musa ni bo Yehova yabwiye+ ati: “Kura bene Isirayeli mu gihugu ca Misiri nk’uko ingabo zabo ziri+.”
14 Wabamenyesheje isabato+ yawe nyeranda wongera ubategeka amabwirizwa n’ingingo nyobozi n’itegeko biciye kuri Musa umusavyi wawe+.
13 Yehova yaraduganye Isirayeli amukura mu Misiri biciye ku muhanuzi+, kandi yarinzwe biciye ku muhanuzi+.
4 Kuko nabaduganye ndabakuye mu gihugu ca Misiri+, nkabacungura ndabakuye mu nzu y’abashumba+; maze narungitse imbere yanyu Musa na Aroni na Miriyamu+.