ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 None rero nuze, ngutume kuri Farawo, ukure mu Misiri abantu banje, bene Isirayeli+.”

  • Kuvayo 4:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ubu rero genda, nanje ubwanje nzobana n’akanwa kawe, kandi nzokwigisha ivyo ubwirizwa kuvuga+.”

  • Kuvayo 6:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Injira, ubarire Farawo umwami wa Misiri+, arekure bene Isirayeli bave mu gihugu ciwe+.”

  • Zaburi 77:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Wayoboye abantu bawe nk’umukuku+,

      Biciye ku kuboko kwa Musa na Aroni+.

  • Ivyakozwe 7:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Nabonye vy’ukuri akarenganyo abantu banje bari mu Misiri bagirirwa+, kandi numvise ukuniha kwabo+, nkaba manutse kubarokora+. None rero nuze, ngutume mu Misiri+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika