Yosuwa 24:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma ntuma Musa na Aroni+, maze nkubitisha Misiri ivyo nakoreye hagati muri yo+; hanyuma mwebwe ndabakurayo+. 1 Samweli 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Samweli abandanya kubwira abantu ati: “Yehova ni icabona, we yakoresheje Musa na Aroni akaba ari na we yaduganye ba sogokuruza banyu abakuye mu gihugu ca Misiri+.
5 Mu nyuma ntuma Musa na Aroni+, maze nkubitisha Misiri ivyo nakoreye hagati muri yo+; hanyuma mwebwe ndabakurayo+.
6 Samweli abandanya kubwira abantu ati: “Yehova ni icabona, we yakoresheje Musa na Aroni akaba ari na we yaduganye ba sogokuruza banyu abakuye mu gihugu ca Misiri+.