Itanguriro 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu nyuma amuvyarira Zimurani na Yokishani na Medani na Midiyani+ na Ishibaki na Shuwa+. Guharura 25:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Abamidiyani nibatotezwe, kandi muze mubice+, Abacamanza 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko ukuboko kwa Midiyani kunesha Isirayeli+. Kubera Midiyani, bene Isirayeli bigirira ububiko bwo mu kuzimu bwari mu misozi, n’amasenga be n’ibibanza bigoye gushikamwo+.
2 Nuko ukuboko kwa Midiyani kunesha Isirayeli+. Kubera Midiyani, bene Isirayeli bigirira ububiko bwo mu kuzimu bwari mu misozi, n’amasenga be n’ibibanza bigoye gushikamwo+.