Yosuwa 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abaherezi indwi baze batware inzamba indwi z’amahembe y’impfizi z’intama, baje imbere y’Isandugu; ku musi ugira indwi muze muzunguruke igisagara incuro indwi, kandi nya baherezi baze bavuze nya nzamba+. Abacamanza 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye.
4 Abaherezi indwi baze batware inzamba indwi z’amahembe y’impfizi z’intama, baje imbere y’Isandugu; ku musi ugira indwi muze muzunguruke igisagara incuro indwi, kandi nya baherezi baze bavuze nya nzamba+.
27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye.