ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 3:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ashitseyo, atangura kuvuza inzamba+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu+; hanyuma bene Isirayeli batangura kumanukana na we bavuye muri nya karere k’imisozi, akaba yari abayoboye.

  • Abacamanza 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bamwe amajana atatu+ babandanya kuvuza inzamba+, maze Yehova arabisha inkota y’umwe wese kuri mugenziwe barazibagurana mw’ikambi yose+; nya kambi ibandanya guhunga gushika i Beti-shita, yerekeza i Zerera, gushika ku mubari wa Abeli-mehola+ iruhande ya Tabati.

  • 2 Samweli 2:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Yowabu aca avuza inzamba+, abantu bose barahagarara, ntibaba bakibandanya kwoma inyuma Isirayeli, kandi ntibongera gusubira kurwana.

  • Zefaniya 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 umusi w’inzamba n’ikimenyetso c’ukugabisha+, ukaba uzozira ibisagara bikingijwe ibihome be n’iminara miremire yo ku mfuruka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika