ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Maze Yonatani yica ikirindiro+ c’Abafilisitiya+ cari i Geba+; Abafilisitiya baravyumva. Nayo Sauli, ategeka ko havuzwa inzamba+ mu gihugu cose ati: “Abaheburayo nibumve!”

  • 2 Samweli 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yowabu aca avuza inzamba+, kugira abantu bahindukire bareke kwoma inyuma Isirayeli; kuko Yowabu yari yagumije abantu.

  • 2 Samweli 20:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Nya mugore, mu bukerebutsi bwiwe+, aca aja ku bantu bose, maze baca umutwe wa Sheba mwene Bikiri baraheza bawujugunyira Yowabu. Uno aca avuza inzamba+, gutyo barasanzara bavuye kuri nya gisagara, umwe wese aja i muhira iwe; Yowabu na we asubira i Yeruzalemu ku mwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika