Umusiguzi 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze muri ko habonekayo umuntu akenye mugabo w’inkerebutsi, uwo atabara nya gasagara ku bukerebutsi bwiwe+. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo muntu w’umukene+. Umusiguzi 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubukerebutsi buraruta ibikoresho vy’indwano, kandi umucumuzi umwe gusa arashobora kwica ivyiza vyinshi+.
15 Maze muri ko habonekayo umuntu akenye mugabo w’inkerebutsi, uwo atabara nya gasagara ku bukerebutsi bwiwe+. Mugabo nta n’umwe yibutse uwo muntu w’umukene+.
18 Ubukerebutsi buraruta ibikoresho vy’indwano, kandi umucumuzi umwe gusa arashobora kwica ivyiza vyinshi+.