12 Bayana mwene Ahiludi: i Tayanaki+ n’i Megido+ n’i Beti-sheyani+ hose, ahari iruhande ya Zaretani+ munsi ya Yezireyeli+, kuva i Beti-sheyani gushika i Abeli-mehola+, gushika mu karere ka Yokimeyamu+;
16 Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ na we umurobanuze amavuta, abe umwami wa Isirayeli; Elisha+ mwene Shafati w’i Abeli-mehola+ na we umurobanuze amavuta, abe umuhanuzi mu kibanza cawe+.