22 Bamwe amajana atatu+ babandanya kuvuza inzamba+, maze Yehova arabisha inkota y’umwe wese kuri mugenziwe barazibagurana mw’ikambi yose+; nya kambi ibandanya guhunga gushika i Beti-shita, yerekeza i Zerera, gushika ku mubari wa Abeli-mehola+ iruhande ya Tabati.