1 Samweli 14:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Gutyo Sauli n’abantu bose bari kumwe na we barahamagarwa+. Baraza rero gushika ku rugamba, maze basanga inkota y’umwe wese yarabishijwe kuri mugenziwe+; nya mukinagizo uba uwukomeye cane. 2 Ngoma 20:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko bene Amoni na Mowabu bahagurukira ababa mu karere k’imisozi ka Seyiri+ kugira ngo babatikize, babazimanganye; bakimara kurangiza ababa i Seyiri, baca bafashanya umwe wese kwica mugenziwe+. Yesaya 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Kandi nzoshoreza umuhunda Abanyamisiri barwanye Abanyamisiri, umwe wese arwanye koko mwene wabo, umwe wese arwanye mugenziwe, igisagara kirwanye ikindi, ubwami burwanye ubundi+. Ezekiyeli 38:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+. Zakariya 14:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Kuri uwo musi, umuvurungano uvuye kuri Yehova uzokwiragira muri bo+; umwe wese azocakira ukuboko kwa mugenziwe, kandi ukuboko kwiwe kuzorwanya ukuboko kwa mugenziwe.
20 Gutyo Sauli n’abantu bose bari kumwe na we barahamagarwa+. Baraza rero gushika ku rugamba, maze basanga inkota y’umwe wese yarabishijwe kuri mugenziwe+; nya mukinagizo uba uwukomeye cane.
23 Nuko bene Amoni na Mowabu bahagurukira ababa mu karere k’imisozi ka Seyiri+ kugira ngo babatikize, babazimanganye; bakimara kurangiza ababa i Seyiri, baca bafashanya umwe wese kwica mugenziwe+.
2 “Kandi nzoshoreza umuhunda Abanyamisiri barwanye Abanyamisiri, umwe wese arwanye koko mwene wabo, umwe wese arwanye mugenziwe, igisagara kirwanye ikindi, ubwami burwanye ubundi+.
21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+.
13 “Kuri uwo musi, umuvurungano uvuye kuri Yehova uzokwiragira muri bo+; umwe wese azocakira ukuboko kwa mugenziwe, kandi ukuboko kwiwe kuzorwanya ukuboko kwa mugenziwe.