ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 7:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Bamwe amajana atatu+ babandanya kuvuza inzamba+, maze Yehova arabisha inkota y’umwe wese kuri mugenziwe barazibagurana mw’ikambi yose+; nya kambi ibandanya guhunga gushika i Beti-shita, yerekeza i Zerera, gushika ku mubari wa Abeli-mehola+ iruhande ya Tabati.

  • 2 Ngoma 20:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Nuko bene Amoni na Mowabu bahagurukira ababa mu karere k’imisozi ka Seyiri+ kugira ngo babatikize, babazimanganye; bakimara kurangiza ababa i Seyiri, baca bafashanya umwe wese kwica mugenziwe+.

  • Yesaya 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Kandi nzoshoreza umuhunda Abanyamisiri barwanye Abanyamisiri, umwe wese arwanye koko mwene wabo, umwe wese arwanye mugenziwe, igisagara kirwanye ikindi, ubwami burwanye ubundi+.

  • Ezekiyeli 38:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika