Abacamanza 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini cari i Ofura, icegukira Yowasi Umwabiyezeri+, mu gihe Gideyoni+ umuhungu wiwe yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira azikureho ningoga Midiyani ntizibone. Abacamanza 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova aca amuraba mu maso, avuga ati: “Jana izo nkomezi ufise+, kandi uzokiza ata gukeka Isirayeli uyikure mu kiganza ca Midiyani+. None singutumye+?”
11 Mu nyuma umumarayika wa Yehova araza+, yicara munsi y’igiti kinini cari i Ofura, icegukira Yowasi Umwabiyezeri+, mu gihe Gideyoni+ umuhungu wiwe yariko akubitira ingano mu ruganiro rw’umuvinyu kugira azikureho ningoga Midiyani ntizibone.
14 Yehova aca amuraba mu maso, avuga ati: “Jana izo nkomezi ufise+, kandi uzokiza ata gukeka Isirayeli uyikure mu kiganza ca Midiyani+. None singutumye+?”