Abacamanza 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abwira rero Gideyoni ati: “Abo bagabo amajana atatu banywereye amazi ku rushi ni bo ndabakirisha, kandi ndatanga Midiyani mu kuboko kwawe+. Nayo abandi bose, nibigire umwe wese ahantu hiwe.”
7 Yehova abwira rero Gideyoni ati: “Abo bagabo amajana atatu banywereye amazi ku rushi ni bo ndabakirisha, kandi ndatanga Midiyani mu kuboko kwawe+. Nayo abandi bose, nibigire umwe wese ahantu hiwe.”