Abacamanza 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nuko batora impamba za nya bantu mu kuboko kwabo, n’inzamba+ zabo, maze Gideyoni arungika abo bagabo ba Isirayeli bose, umwe wese aja i muhira iwe; agumya gusa abo bagabo amajana atatu. Nayo ikambi ya Midiyani, yari hepfo yiwe mu kiyaya co hasi+.
8 Nuko batora impamba za nya bantu mu kuboko kwabo, n’inzamba+ zabo, maze Gideyoni arungika abo bagabo ba Isirayeli bose, umwe wese aja i muhira iwe; agumya gusa abo bagabo amajana atatu. Nayo ikambi ya Midiyani, yari hepfo yiwe mu kiyaya co hasi+.