Abacamanza 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Gutyo Midiyani+ imarwa igabo imbere ya bene Isirayeli, ntibongera kuduza umutwe; kandi igihugu kimara imyaka mirongo ine kitongeye guhungabana, mu misi ya Gideyoni+. Zaburi 83:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.
28 Gutyo Midiyani+ imarwa igabo imbere ya bene Isirayeli, ntibongera kuduza umutwe; kandi igihugu kimara imyaka mirongo ine kitongeye guhungabana, mu misi ya Gideyoni+.
9 Nubagirire nk’uko wagiriye Midiyani+, nk’uko wagiriye Sisera+,Nk’uko wagiriye Yabini+ ku mwonga Kishoni+.