Imigani 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ico abagororotsi biteze ni umunezero+, ariko icizigiro c’ababisha kizozimangana+. Imigani 29:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Iyo abagororotsi babaye benshi, abantu baranezerwa+; mugabo iyo umubisha aganje, abantu baraniha+.