Zaburi 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ni co gituma umutima wanje unezerwa, n’ubuninahazwa bwanje bukumva buhimbawe+.Vyongeye, umubiri wanje uzokwiberaho mu mutekano+. Abaroma 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 biciye kuri we kandi tukaba twararonse uburyo bwo gushika+ mu buntu ata wari abukwiriye biciye ku kwizera, nya buntu bukaba ari bwo duhagazemwo ubu; kandi twigine, twishimikije icizigiro+ c’ubuninahazwa bw’Imana. Abaroma 12:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Munezerwe mu cizigiro+. Mwihangane mu makuba+. Mushishikare gusenga+.
9 Ni co gituma umutima wanje unezerwa, n’ubuninahazwa bwanje bukumva buhimbawe+.Vyongeye, umubiri wanje uzokwiberaho mu mutekano+.
2 biciye kuri we kandi tukaba twararonse uburyo bwo gushika+ mu buntu ata wari abukwiriye biciye ku kwizera, nya buntu bukaba ari bwo duhagazemwo ubu; kandi twigine, twishimikije icizigiro+ c’ubuninahazwa bw’Imana.