Zaburi 112:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+. Imigani 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Iyo umuntu w’umubisha apfuye, icizigiro ciwe kirazimangana+; mbere n’ivyari vyitezwe bishingiye ku bubasha biba bizimanganye+. Matayo 25:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Abo bazoja mu kurandurwa kw’ibihe bidahera+, mugabo abagororotsi baje mu buzima budahera+.” 2 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,
10 Umubisha azobibona kamurye koko+. ש [Sini]Azohekenya amenyo, ashonge ata kabuza+. ת [Tau]Icipfuzo c’ababisha kizoyogera+.
7 Iyo umuntu w’umubisha apfuye, icizigiro ciwe kirazimangana+; mbere n’ivyari vyitezwe bishingiye ku bubasha biba bizimanganye+.
9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,