Imigani 10:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ico abagororotsi biteze ni umunezero+, ariko icizigiro c’ababisha kizozimangana+. Imigani 14:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Umubisha azohenurwa kubera ububi bwiwe+, mugabo umugororotsi azoronkera ubuhungiro mu gutungana kwiwe+. 2 Abatesalonika 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,
32 Umubisha azohenurwa kubera ububi bwiwe+, mugabo umugororotsi azoronkera ubuhungiro mu gutungana kwiwe+.
9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+,