Kuvayo 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’ Zaburi 146:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Impwemu yiwe irasohoka+, agasubira mu butaka bwiwe+;Uwo musi ivyiyumviro vyiwe bigahera+. Umusiguzi 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+. Luka 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’
9 Umwansi yavuze ngo: ‘Ndabakurikirana+! Ndabahamvya+!Ndagabura isahu+! Umutima wanje urabahimba!Ndasokora inkota yanje! Ukuboko kwanje kurabirukana+!’
5 Kuko abazima bazi yuko bazopfa+; mugabo abapfuye, nta co bazi namba+, eka nta n’impembo bagifise, kuko ukwibukwa kwabo kwibagiwe+.
20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’