ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 9:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mu nyuma, bene amatongo b’i Shekemu bose n’inzu ya Milo+ yose bakoranira hamwe hanyuma baragenda, bimika Abimeleki ngo abe umwami+, bamwimikira hafi ya ca giti kinini+, ya nkingi yari i Shekemu+.

  • Abacamanza 9:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 Nuko Abimeleki arwanya nya gisagara uwo musi wose maze afata ico gisagara; yica abantu bari muri co+ hanyuma asiturira hasi ico gisagara+, araheza akibibamwo umunyu+.

  • Abacamanza 9:49
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 49 Nuko nya bantu bose na bo nyene, umwe wese muri bo aca ishami ryiwe, bakurikira Abimeleki. Maze begeka nya mashami kuri nya cumba co mu kuzimu, hanyuma bagiha umuriro hejuru yabo, bituma abantu bose bo mu munara wa Shekemu na bo nyene bapfa, ari nk’abagabo n’abagore igihumbi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika