Abacamanza 6:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko kuri uwo musi yita Gideyoni Yerubayali*+, avuga ati: “Bayali niyiburanire, kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo+.” 1 Samweli 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+.
32 Nuko kuri uwo musi yita Gideyoni Yerubayali*+, avuga ati: “Bayali niyiburanire, kuko hari uwasituriye hasi igicaniro cayo+.”
11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+.