2 Samweli 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abusalomu akabandanya kuvuga ati: “Ese iyo ngenwa kuba umucamanza mu gihugu+, kugira ngo umuntu wese afise imburano canke urubanza aze kuri jewe! Sinobuze kumutunganiriza+.” Zaburi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko umubisha yishemeje ku cipfuzo c’ubwikunzi c’umutima wiwe+,N’uwuronka inyungu y’umwina+ yihezagiye;נ [Nuni]Yagaye Yehova+. Abaroma 1:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 abambika ibara abandi+, abanka Imana, abatisonera+, abibona+, abishima+, abarementanya ibibi+, abagambararira abavyeyi+,
4 Abusalomu akabandanya kuvuga ati: “Ese iyo ngenwa kuba umucamanza mu gihugu+, kugira ngo umuntu wese afise imburano canke urubanza aze kuri jewe! Sinobuze kumutunganiriza+.”
3 Kuko umubisha yishemeje ku cipfuzo c’ubwikunzi c’umutima wiwe+,N’uwuronka inyungu y’umwina+ yihezagiye;נ [Nuni]Yagaye Yehova+.
30 abambika ibara abandi+, abanka Imana, abatisonera+, abibona+, abishima+, abarementanya ibibi+, abagambararira abavyeyi+,